-
Yohani 20:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Yezu amubaza ati: «Wa mugore we, urizwa n’iki? Urondera nde?» Aca yibaza ko ari umukozi wo mu murima, maze amwishura ati: «Mushinganta, nimba ari wewe wamutwaye, mbwira aho wamushize ndamukureyo.»
-