Yohani 20:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Mariya Magadalena aca aragenda, abwira iyo nkuru abigishwa ati: «Nabonye Umukama!» Araheza abiganira ivyo yamubwiye+.
18 Mariya Magadalena aca aragenda, abwira iyo nkuru abigishwa ati: «Nabonye Umukama!» Araheza abiganira ivyo yamubwiye+.