Yohani 20:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Haciye imisi umunani, abigishwa biwe bongera gukoranira mu nzu, kandi Toma yari kumwe na bo. Yezu araza naho imiryango yari yugaye, ahagarara hagati yabo maze ababwira ati: «Nimugire amahoro+.»
26 Haciye imisi umunani, abigishwa biwe bongera gukoranira mu nzu, kandi Toma yari kumwe na bo. Yezu araza naho imiryango yari yugaye, ahagarara hagati yabo maze ababwira ati: «Nimugire amahoro+.»