Yohani 21:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Simoni Petero ababwira ati: «Ndagiye kuroba.» Na bo baca bamubwira bati: «Turajana.» Baca baragenda maze burira ubwato, ariko nta na kimwe bafashe muri iryo joro+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 21:3 Niwigane, rup. 202-203 Umunara w’Inderetsi,1/4/2010, rup. 25
3 Simoni Petero ababwira ati: «Ndagiye kuroba.» Na bo baca bamubwira bati: «Turajana.» Baca baragenda maze burira ubwato, ariko nta na kimwe bafashe muri iryo joro+.