Yohani 21:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Aca ababwira ati: «Terera urusenga iburyo bw’ubwato muraronka.» Baca bararuterera, ariko ntibashobora kwongera kurukwega, kuko ifi zari nyinshi cane+.
6 Aca ababwira ati: «Terera urusenga iburyo bw’ubwato muraronka.» Baca bararuterera, ariko ntibashobora kwongera kurukwega, kuko ifi zari nyinshi cane+.