Yohani 21:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ivyo yabivuze kugira yerekane urupfu Petero yopfuye kugira aninahaze Imana. Ahejeje kuvuga ivyo, aca amubwira ati: «Guma unkurikira+.»
19 Ivyo yabivuze kugira yerekane urupfu Petero yopfuye kugira aninahaze Imana. Ahejeje kuvuga ivyo, aca amubwira ati: «Guma unkurikira+.»