Yohani 21:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Petero ahindukiye, abona wa mwigishwa Yezu yakunda+ ariko arabakurikira. Yari wa mwigishwa yegamira igikiriza ca Yezu kuri za mfungurwa zo ku mugoroba, akamubwira ati: «Mukama, ni nde agira akugurishe?» Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 21:20 Umunara w’Inderetsi,1/7/2015, rup. 15
20 Petero ahindukiye, abona wa mwigishwa Yezu yakunda+ ariko arabakurikira. Yari wa mwigishwa yegamira igikiriza ca Yezu kuri za mfungurwa zo ku mugoroba, akamubwira ati: «Mukama, ni nde agira akugurishe?»