-
Yohani 21:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Inkuru yuko uwo mwigishwa atopfuye ica ikwiragira mu bavukanyi. Ariko Yezu ntiyamubwiye ko atopfuye, ahubwo yavuze ati: «Nimba nshaka ko agumaho gushika nje, bigutwaye iki?»
-