Yohani 21:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Uwo mwigishwa nyene+ ni we ashingira intahe ivyo bintu. Ni we yavyanditse kandi turazi ko intahe yiwe ari iy’ukuri.
24 Uwo mwigishwa nyene+ ni we ashingira intahe ivyo bintu. Ni we yavyanditse kandi turazi ko intahe yiwe ari iy’ukuri.