Ivyakozwe 3:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Nkako, Musa yavuze ati: “Yehova* Imana yanyu azobaha umuhanuzi ameze nkanje+, amukuye muri benewanyu. Mukwiye kwumviriza ivyo ababwira vyose+.
22 Nkako, Musa yavuze ati: “Yehova* Imana yanyu azobaha umuhanuzi ameze nkanje+, amukuye muri benewanyu. Mukwiye kwumviriza ivyo ababwira vyose+.