Ivyakozwe 7:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Vyongeye, yaragiranye na we isezerano ryo kugenyerwa*+. Aburahamu yahavuye avyara Izahaki+, araheza aramugenyera ku musi ugira umunani+. Izahaki yavyaye* Yakobo, Yakobo na we avyara ba bakuru* b’imiryango* 12.
8 Vyongeye, yaragiranye na we isezerano ryo kugenyerwa*+. Aburahamu yahavuye avyara Izahaki+, araheza aramugenyera ku musi ugira umunani+. Izahaki yavyaye* Yakobo, Yakobo na we avyara ba bakuru* b’imiryango* 12.