Ivyakozwe 7:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Bahavuye babajana i Shekemu, hanyuma babahamba mu mva Aburahamu yari yaguze amahera na bene Hamori i Shekemu+.
16 Bahavuye babajana i Shekemu, hanyuma babahamba mu mva Aburahamu yari yaguze amahera na bene Hamori i Shekemu+.