Ivyakozwe 7:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Imana rero ica irabaheba, irabareka ngo basenge ingabo zo kw’ijuru+, nk’uko vyanditswe mu gitabu c’abahanuzi ngo: “Mbega ni jewe mwashikaniye amashikanwa n’ibimazi mu myaka 40 mwamaze mu bugaragwa, ga yemwe Bisirayeli? Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:42 Umunara w’Inderetsi,1/12/2000, rup. 12
42 Imana rero ica irabaheba, irabareka ngo basenge ingabo zo kw’ijuru+, nk’uko vyanditswe mu gitabu c’abahanuzi ngo: “Mbega ni jewe mwashikaniye amashikanwa n’ibimazi mu myaka 40 mwamaze mu bugaragwa, ga yemwe Bisirayeli?