Ivyakozwe 7:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Ahubwo ihema rya Moloki*+ n’inyenyeri y’imana Refani ni vyo mwatwaye, vya bishusho mwakoze ngo mubisenge. Ni co gituma nzobajana hirya ya Babiloni+.”
43 Ahubwo ihema rya Moloki*+ n’inyenyeri y’imana Refani ni vyo mwatwaye, vya bishusho mwakoze ngo mubisenge. Ni co gituma nzobajana hirya ya Babiloni+.”