Ivyakozwe 7:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Ba sogokuruza bacu bararihawe, maze bo hamwe na Yosuwa baryinjiza mu gihugu cahora ari ic’amahanga+ Imana yirukanye akabisa ba sogokuruza bacu+. Aho ni ho ryagumye gushika mu misi ya Dawidi.
45 Ba sogokuruza bacu bararihawe, maze bo hamwe na Yosuwa baryinjiza mu gihugu cahora ari ic’amahanga+ Imana yirukanye akabisa ba sogokuruza bacu+. Aho ni ho ryagumye gushika mu misi ya Dawidi.