Ivyakozwe 8:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Amasinzi yose yaratega yompi ivyo Filipo avuga, akamwumviriza kandi akihweza ibitangaro* akora. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:6 Nushinge intahe, rup. 52-53