Ivyakozwe 8:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Abantu benshi bari biziziwe n’impwemu mbi* zarabavamwo+, zikagenda zirasemerera n’ijwi rirenga. Kandi abantu benshi bamugaye n’abacumbagira barakizwa.
7 Abantu benshi bari biziziwe n’impwemu mbi* zarabavamwo+, zikagenda zirasemerera n’ijwi rirenga. Kandi abantu benshi bamugaye n’abacumbagira barakizwa.