-
Ivyakozwe 8:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Ico gihe, muri ico gisagara hariho umugabo yitwa Simoni. Imbere y’aho yahora akora ivy’amageza, agatangaza ihanga rya Samariya, akigira umuntu ahambaye.
-