Ivyakozwe 8:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mugabo aho Filipo ababwiriye inkuru nziza yerekeye Ubwami bw’Imana+ n’izina rya Yezu Kristu, baciye bizera ivyo avuga maze barabatizwa+, abagabo n’abagore bose hamwe.
12 Mugabo aho Filipo ababwiriye inkuru nziza yerekeye Ubwami bw’Imana+ n’izina rya Yezu Kristu, baciye bizera ivyo avuga maze barabatizwa+, abagabo n’abagore bose hamwe.