Ivyakozwe 8:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Na Simoni yarizeye, kandi aho amariye kubatizwa, yaguma agendana na Filipo+. Yaguma atangazwa n’ibitangaro* be n’ibikorwa vy’ububasha bikomeye Filipo yakora.
13 Na Simoni yarizeye, kandi aho amariye kubatizwa, yaguma agendana na Filipo+. Yaguma atangazwa n’ibitangaro* be n’ibikorwa vy’ububasha bikomeye Filipo yakora.