Ivyakozwe 8:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 kuko ata n’umwe muri bo yari bwayironke. Bari babatijwe gusa mw’izina ry’Umukama Yezu+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:16 Nushinge intahe, rup. 56