Ivyakozwe 8:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Mugabo Petero amubwira ati: «Amahera* yawe aragapfana nawe, kuko wiyumviriye ko ingabire ya gusa Imana itanga ushobora kuyigura amahera+.
20 Mugabo Petero amubwira ati: «Amahera* yawe aragapfana nawe, kuko wiyumviriye ko ingabire ya gusa Imana itanga ushobora kuyigura amahera+.