Ivyakozwe 8:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ariko umumarayika+ wa Yehova* abwira Filipo ati: «Haguruka uje mu bumanuko, ku nzira imanuka iva i Yeruzalemu ija i Gaza.» (Iyo ni inzira yo mu bugaragwa.)
26 Ariko umumarayika+ wa Yehova* abwira Filipo ati: «Haguruka uje mu bumanuko, ku nzira imanuka iva i Yeruzalemu ija i Gaza.» (Iyo ni inzira yo mu bugaragwa.)