Ivyakozwe 8:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Icanditswe yariko arasoma cari iki: «Yazanywe nk’intama igiye kubagwa, kandi nka kurya kw’umwagazi w’intama winumiye imbere y’umuntu awumwa ubwoya, ntakurako umunwa+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:32 Umunara w’Inderetsi,1/8/1996, rup. 8
32 Icanditswe yariko arasoma cari iki: «Yazanywe nk’intama igiye kubagwa, kandi nka kurya kw’umwagazi w’intama winumiye imbere y’umuntu awumwa ubwoya, ntakurako umunwa+.