Ivyakozwe 8:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Bavuye mu mazi, impwemu ya Yehova* ica itwara Filipo ningoga, iyo nkone ntiyaba ikimubona, mugabo ibandanya urugendo inezerewe.
39 Bavuye mu mazi, impwemu ya Yehova* ica itwara Filipo ningoga, iyo nkone ntiyaba ikimubona, mugabo ibandanya urugendo inezerewe.