Ivyakozwe 9:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 I Damasiko hari umwigishwa yitwa Ananiya+. Maze Umukama aramwiyereka, amubwira ati: «Ananiya!» Na we ati: «Sabwe Mukama.»
10 I Damasiko hari umwigishwa yitwa Ananiya+. Maze Umukama aramwiyereka, amubwira ati: «Ananiya!» Na we ati: «Sabwe Mukama.»