Ivyakozwe 9:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Umukama amubwira ati: «Haguruka uje kw’ibarabara ryitwa Irigororotse, ubaze umuntu yitwa Sawuli w’i Taruso+ ku nzu ya Yuda. Ariko arasenga Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:11 Umunara w’Inderetsi,15/9/2004, rup. 32
11 Umukama amubwira ati: «Haguruka uje kw’ibarabara ryitwa Irigororotse, ubaze umuntu yitwa Sawuli w’i Taruso+ ku nzu ya Yuda. Ariko arasenga