-
Ivyakozwe 9:24Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
24 Ariko Sawuli amenya umugambi wabo wo kumugirira nabi. Abo Bayuda baguma bacunze amarembo y’igisagara ijoro n’umurango kugira bamwice.
-