Ivyakozwe 9:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Barunaba+ aca aramufasha, amujana ku ntumwa, abiganira ido n’ido ingene Sawuli yabonye Umukama igihe yari ku nzira+ maze akavugana na we. Abiganira n’ingene yavuganye ubutinyutsi mw’izina rya Yezu i Damasiko+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:27 Nushinge intahe, rup. 64-65 Umunara w’Inderetsi,15/6/2007, rup. 16
27 Barunaba+ aca aramufasha, amujana ku ntumwa, abiganira ido n’ido ingene Sawuli yabonye Umukama igihe yari ku nzira+ maze akavugana na we. Abiganira n’ingene yavuganye ubutinyutsi mw’izina rya Yezu i Damasiko+.