Ivyakozwe 9:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 I Yopa hari umwigishwa yitwa Tabita, mu kigiriki akaba yitwa Doruka*. Yarakora ibikorwa vyiza vyinshi, agafasha cane aboro. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:36 Nushinge intahe, rup. 67
36 I Yopa hari umwigishwa yitwa Tabita, mu kigiriki akaba yitwa Doruka*. Yarakora ibikorwa vyiza vyinshi, agafasha cane aboro.