Ivyakozwe 9:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Petero aca arahaguruka ajana na bo. Ashitseyo, bamudugana muri ca cumba co hejuru. Abapfakazi bose baza iyo ari barira, bongera berekana amakanzu* n’izindi mpuzu nyinshi Doruka yabakoreye akiriho. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:39 Nushinge intahe, rup. 67
39 Petero aca arahaguruka ajana na bo. Ashitseyo, bamudugana muri ca cumba co hejuru. Abapfakazi bose baza iyo ari barira, bongera berekana amakanzu* n’izindi mpuzu nyinshi Doruka yabakoreye akiriho.