Ivyakozwe 10:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Bamwishura bati: «Twatumwe n’intwazangabo yitwa Koruneliyo+, umugabo w’umugororotsi atinya Imana kandi avugwa neza n’ihanga ryose ry’Abayuda. Imana yamubwiye biciye ku mumarayika mweranda ngo agutumeko uze iwe, yumve ivyo umubwira.»
22 Bamwishura bati: «Twatumwe n’intwazangabo yitwa Koruneliyo+, umugabo w’umugororotsi atinya Imana kandi avugwa neza n’ihanga ryose ry’Abayuda. Imana yamubwiye biciye ku mumarayika mweranda ngo agutumeko uze iwe, yumve ivyo umubwira.»