-
Ivyakozwe 10:30Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
30 Maze Koruneliyo amubwira ati: «Haraciye imisi ine, nariko ndasenga mu nzu iwanje. Hari nk’aya mango, nk’isaha icenda, nza mbona umuntu yambaye impuzu zakaka ahagaze imbere yanje.
-