Ivyakozwe 10:47 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 47 «Hari uwobuza ko aba babatizwa mu mazi+ kandi baronse impwemu nyeranda nk’uko natwe twayironse?»