Ivyakozwe 10:48 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 48 Aca ategeka ko babatizwa mw’izina rya Yezu Kristu+. Maze bamusaba kugumana na bo imisi mikeyi.