Ivyakozwe 11:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ashitse akabona ingene Imana yabagiriye ubuntu buhebuje*, aranezerwa cane, aca atangura kubaremesha bose ngo bagume bumiye ku Mukama n’umutima wabo wose+.
23 Ashitse akabona ingene Imana yabagiriye ubuntu buhebuje*, aranezerwa cane, aca atangura kubaremesha bose ngo bagume bumiye ku Mukama n’umutima wabo wose+.