Ivyakozwe 12:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Amaze kumufata, amushira mw’ibohero+, amucungisha imigwi ine y’abasoda banebane iza irakuranwa, kuko yagomba kumuzana* imbere y’abantu inyuma ya Pasika. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:4 Umunara w’Inderetsi,15/1/2012, rup. 11 Nushinge intahe, rup. 77-78
4 Amaze kumufata, amushira mw’ibohero+, amucungisha imigwi ine y’abasoda banebane iza irakuranwa, kuko yagomba kumuzana* imbere y’abantu inyuma ya Pasika.