-
Ivyakozwe 12:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Barenganye umugwi wa mbere w’abarinzi n’uwa kabiri, bashikira irembo ry’icuma ryinjira mu gisagara, rica ririyugurura. Bamaze gusohoka, baca mw’ibarabara rimwe maze wa mumarayika aca amusiga aho aragenda.
-