Ivyakozwe 12:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Petero atoye akenge, avuga ati: «Ubu rero ndamenye vy’ukuri yuko Yehova* yatumye umumarayika wiwe, akankiza Herodi n’ibintu vyose Abayuda bari biteze ko binshikira+.»
11 Petero atoye akenge, avuga ati: «Ubu rero ndamenye vy’ukuri yuko Yehova* yatumye umumarayika wiwe, akankiza Herodi n’ibintu vyose Abayuda bari biteze ko binshikira+.»