20 Ico gihe yari ashavuriye cane abantu b’i Tiro n’i Sidoni. Nuko baza iyo ari bahuje inama. Bamaze kuvyumvisha Bulasito umugabo yari ajejwe ivyo mu rugo rw’umwami, basaba amahoro kubera ko igihugu cabo caronka ibifungurwa bivuye mu gihugu uwo mwami atwara.