-
Ivyakozwe 13:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Mugabo uwo mupfumu yitwa kandi Elima (iryo zina rikaba risobanura ngo «umupfumu») atangura kubarwanya arondera kubuza uwo buramatari ngo ntiyizere.
-