Ivyakozwe 13:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 avuga ati: «Ewe wa muntu yuzuye ububeshi bw’ubwoko bwose n’ikibi c’ubwoko bwose, wa mwana wa Shetani*+ we, wa mwansi w’ibigororotse vyose! Kubera iki ubandanya kugoramika inzira zigororotse za Yehova*? Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:10 Imizimu, rup. 34-35
10 avuga ati: «Ewe wa muntu yuzuye ububeshi bw’ubwoko bwose n’ikibi c’ubwoko bwose, wa mwana wa Shetani*+ we, wa mwansi w’ibigororotse vyose! Kubera iki ubandanya kugoramika inzira zigororotse za Yehova*?