Ivyakozwe 13:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ukuboko kwa Yehova* rero kugira kuguhane, uhume, umare igihe utabona umuco w’izuba.» Ako kanya nyene igipfungu kizitanye n’umwiza bimugwako. Aca atangura kugendagenda irya n’ino arondera uwomufata ukuboko. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:11 Nushinge intahe, rup. 87-88
11 Ukuboko kwa Yehova* rero kugira kuguhane, uhume, umare igihe utabona umuco w’izuba.» Ako kanya nyene igipfungu kizitanye n’umwiza bimugwako. Aca atangura kugendagenda irya n’ino arondera uwomufata ukuboko.