Ivyakozwe 13:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ariko bo bava i Peruga baja i Antiyokiya mu karere ka Pisidiya. Hanyuma binjira mw’isinagogi+ ku musi w’isabato, baricara. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:14 Nushinge intahe, rup. 89
14 Ariko bo bava i Peruga baja i Antiyokiya mu karere ka Pisidiya. Hanyuma binjira mw’isinagogi+ ku musi w’isabato, baricara.