Ivyakozwe 13:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ivyo vyose vyabaye nko mu myaka 450. Inyuma y’ivyo ibaha abacamanza gushika ku muhanuzi Samweli+.