Ivyakozwe 13:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Kuko ababa i Yeruzalemu n’abatware babo batemeye uwo mukiza. Igihe bamucira urubanza, barashikije ivyavuzwe mu bitabu vy’abahanuzi+, ivyo bintu bikaba bisomwa n’ijwi ryumvikana buri sabato.
27 Kuko ababa i Yeruzalemu n’abatware babo batemeye uwo mukiza. Igihe bamucira urubanza, barashikije ivyavuzwe mu bitabu vy’abahanuzi+, ivyo bintu bikaba bisomwa n’ijwi ryumvikana buri sabato.