Ivyakozwe 13:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Uwo muhango Imana yarawushikije neza ku bwacu twebwe abana babo, mu kuzura Yezu+. Ivyo birahuye n’ivyanditswe mw’izaburi ya kabiri, ahavuga ngo: “Uri umwana wanje. Uyu musi ncitse so wawe+.”
33 Uwo muhango Imana yarawushikije neza ku bwacu twebwe abana babo, mu kuzura Yezu+. Ivyo birahuye n’ivyanditswe mw’izaburi ya kabiri, ahavuga ngo: “Uri umwana wanje. Uyu musi ncitse so wawe+.”