Ivyakozwe 13:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Ni co gituma mu yindi zaburi Imana ivuga kandi iti: “Ntuzokwemera ko intahemuka yawe ibora+.”