Ivyakozwe 13:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Dawidi wewe yarakoreye Imana* mu gihe ciwe* maze arasinzira mu rupfu, ahambwa hamwe na ba sekuruza hanyuma arabora+.
36 Dawidi wewe yarakoreye Imana* mu gihe ciwe* maze arasinzira mu rupfu, ahambwa hamwe na ba sekuruza hanyuma arabora+.