Ivyakozwe 13:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Maze Pawulo na Barunaba bababwira badatinya bati: «Vyari bikenewe ko ari mwebwe mubanza kubwirwa ijambo ry’Imana+. Ko muryanse rero ntimubone ko mubereye ubuzima budahera, tugiye kuribwira amahanga+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:46 Nushinge intahe, rup. 90-92
46 Maze Pawulo na Barunaba bababwira badatinya bati: «Vyari bikenewe ko ari mwebwe mubanza kubwirwa ijambo ry’Imana+. Ko muryanse rero ntimubone ko mubereye ubuzima budahera, tugiye kuribwira amahanga+.